Zaburi 62:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nimuyizigire ibihe vyose, emwe bantu+!Imbere yayo nimusuke umutima wanyu+.Imana ni ubuhungiro bwacu+. Sela. Imigani 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Wizigire Yehova n’umutima wawe+ wose kandi ntiwishimikize ubwenge bwawe bwite+. Yesaya 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.” 1 Petero 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 abemera Imana biciye kuri we+, imwe yamuzura mu bapfuye+ ikamuha ubuninahazwa+; kugira ngo ukwizera kwanyu n’icizigiro canyu bibe mu Mana+.
8 Nimuyizigire ibihe vyose, emwe bantu+!Imbere yayo nimusuke umutima wanyu+.Imana ni ubuhungiro bwacu+. Sela.
2 Raba! Imana ni yo bukiriro bwanje+. Nzokwizigira singire ubwoba+; kuko Ya* Yehova ari we nkomezi+ zanje n’ubushobozi+ bwanje, kandi yacitse ubukiriro bwanje+.”
21 abemera Imana biciye kuri we+, imwe yamuzura mu bapfuye+ ikamuha ubuninahazwa+; kugira ngo ukwizera kwanyu n’icizigiro canyu bibe mu Mana+.