Imigani 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umuntu ntazobura kwibonerako kubera yishinze uw’ahandi+, mugabo uwanka guhana ukuboko n’uwundi yigumira ata maganya. Imigani 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umuntu atagira umutima ahāna ukuboko n’uwundi+, akishinga rwose umuntu imbere ya mugenziwe+.
15 Umuntu ntazobura kwibonerako kubera yishinze uw’ahandi+, mugabo uwanka guhana ukuboko n’uwundi yigumira ata maganya.