Yobu 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ndakwinginze ushire ingwati yanje iwawe+.Ni nde wundi twohana ukuboko+ ngo anyishinge? Imigani 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mwananje, nimba wishinze mugenzawe+, nimba wahaye ukuboko uw’ahandi+, Imigani 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umuntu ntazobura kwibonerako kubera yishinze uw’ahandi+, mugabo uwanka guhana ukuboko n’uwundi yigumira ata maganya. Imigani 22:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ntube mu bakomanya ibiganza+, mu bemera kwishinga uwusavye ingurane+.
15 Umuntu ntazobura kwibonerako kubera yishinze uw’ahandi+, mugabo uwanka guhana ukuboko n’uwundi yigumira ata maganya.