Imigani 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mwananje, nimba wishinze mugenzawe+, nimba wahaye ukuboko uw’ahandi+, Imigani 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umuntu atagira umutima ahāna ukuboko n’uwundi+, akishinga rwose umuntu imbere ya mugenziwe+. 1 Abakorinto 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ntimuzimire. Kwifatanya n’ababi kwonona ingeso nziza+.