Imigani 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umuntu ntazobura kwibonerako kubera yishinze uw’ahandi+, mugabo uwanka guhana ukuboko n’uwundi yigumira ata maganya. Imigani 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Twara impuzu y’umuntu, nimba yishinze uw’ahandi+; mu gihe na ho ari ibijanye n’umugore w’umunyamahangakazi, fata ingwati kwa nya muntu+.
15 Umuntu ntazobura kwibonerako kubera yishinze uw’ahandi+, mugabo uwanka guhana ukuboko n’uwundi yigumira ata maganya.
16 Twara impuzu y’umuntu, nimba yishinze uw’ahandi+; mu gihe na ho ari ibijanye n’umugore w’umunyamahangakazi, fata ingwati kwa nya muntu+.