Itanguriro 38:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yuda abandanya ati: “Ndaguha ingwati nyabaki?” Na we ati: “Impeta y’ikidodo+ yawe n’umugozi wawe n’inkoni iri mu kuboko kwawe.” Nuko arabimuha hanyuma aryamana na we, ku buryo yibungenga bivuye kuri we. Imigani 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 ngo bigukize umugore w’igihumbu*, umugore w’umunyamahangakazi+ yagize amajambo yiwe ayasosa+, Imigani 5:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko iminwa y’umugore w’igihumbu* iguma itonyanga nk’ikimamara c’ubuki+, kandi amagage yiwe yoroshe kurusha amavuta+.
18 Yuda abandanya ati: “Ndaguha ingwati nyabaki?” Na we ati: “Impeta y’ikidodo+ yawe n’umugozi wawe n’inkoni iri mu kuboko kwawe.” Nuko arabimuha hanyuma aryamana na we, ku buryo yibungenga bivuye kuri we.
3 Kuko iminwa y’umugore w’igihumbu* iguma itonyanga nk’ikimamara c’ubuki+, kandi amagage yiwe yoroshe kurusha amavuta+.