Imigani 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kugira utege ugutwi kwawe ubukerebutsi+, ngo ushire umutima wawe ku gutahura+; Imigani 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mwananje, enda tega ugutwi ubukerebutsi bwanje+! Tega amatwi* ugutahura kwanje+, Imigani 22:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Tega ugutwi wumve amajambo y’abantu b’inkerebutsi+, kugira ngo ushire umutima wawe ku bumenyi bwanje+.
17 Tega ugutwi wumve amajambo y’abantu b’inkerebutsi+, kugira ngo ushire umutima wawe ku bumenyi bwanje+.