Yohani 8:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 kandi muzomenya ukuri+, kandi ukuri kuzobagira abidegemvya+.” Abafilipi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yamara ivyahora ari inyungu kuri jewe, nabibonye nk’uruhombo kubera Kristu+.