Imigani 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Genda ku kimonyo+, wa kinebwe+; niwihweze inzira zaco uheze ube inkerebutsi. Imigani 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ikinebwe cavuze+ giti: “Hari intambwe hanze+! Mpava nicirwa hagati mu bibanza vya bose!”