Gusubira mu vyagezwe 29:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Ibintu bihishijwe+ ni ivya Yehova Imana yacu, ariko ibihishuwe+ ni ivyacu n’abana bacu gushika igihe kitagira urugero, kugira dushitse amajambo yose y’iri tegeko+. Abaroma 11:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ewe bwimbike bw’ubutunzi+ n’ubukerebutsi+ n’ubumenyi+ vy’Imana! Ese ukuntu imanza zayo zidaserangurika+ be n’ukuntu inzira zayo ata wushobora kuzitora!
29 “Ibintu bihishijwe+ ni ivya Yehova Imana yacu, ariko ibihishuwe+ ni ivyacu n’abana bacu gushika igihe kitagira urugero, kugira dushitse amajambo yose y’iri tegeko+.
33 Ewe bwimbike bw’ubutunzi+ n’ubukerebutsi+ n’ubumenyi+ vy’Imana! Ese ukuntu imanza zayo zidaserangurika+ be n’ukuntu inzira zayo ata wushobora kuzitora!