1 Abami 2:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Umwami aca ategeka Benaya mwene Yehoyada, na we arasohoka hanyuma amugurukirako, arapfa+. Maze ubwami burashimangirwa mu kuboko kwa Salomo+. Esiteri 7:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Baca bamanika Hamani kuri nya giti+ yari yateguriye Morudekayi+; ubushangashirwe bw’umwami bubona guhwama. Imigani 20:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umwami aricara ku ntebe y’imanza+, agashwiragirisha amaso yiwe ububi bwose+.
46 Umwami aca ategeka Benaya mwene Yehoyada, na we arasohoka hanyuma amugurukirako, arapfa+. Maze ubwami burashimangirwa mu kuboko kwa Salomo+.
10 Baca bamanika Hamani kuri nya giti+ yari yateguriye Morudekayi+; ubushangashirwe bw’umwami bubona guhwama.