Abacamanza 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko haciye igihe, asubirayo kugira ngo amuzane i muhira+. Ari ku nzira, arakevya kugira arabe umuvyimba wa ya ntambwe, maze mu kiziga ca nya ntambwe asangamwo irumbu ry’inzuki be n’ubuki+. Imigani 24:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mwananje, rya ubuki, kuko ari bwiza; kandi ubuki bw’ikimamara busosa nibube mu magage yawe+.
8 Nuko haciye igihe, asubirayo kugira ngo amuzane i muhira+. Ari ku nzira, arakevya kugira arabe umuvyimba wa ya ntambwe, maze mu kiziga ca nya ntambwe asangamwo irumbu ry’inzuki be n’ubuki+.