1 Samweli 24:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yehova naducire urubanza twe nawe+; kandi Yehova ntazobura kumpora+ akabikubaza, ariko ukuboko kwanje ntikuzogukorako+.
12 Yehova naducire urubanza twe nawe+; kandi Yehova ntazobura kumpora+ akabikubaza, ariko ukuboko kwanje ntikuzogukorako+.