Imigani 19:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umwana w’ikijuju ni amarushwa kuri se+, kandi amahane y’umugore ni nk’igisenge kiva gituma umuntu yomoka+. Imigani 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umuntu yopfuma aba mu gihugu c’agahinga hako abana n’umugore w’amahane, hariko n’umwikomo+. Imigani 27:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Igisenge kiva kikomora umuntu ku musi w’imvura y’urudaca be n’umugore w’amahane, birasa+.
13 Umwana w’ikijuju ni amarushwa kuri se+, kandi amahane y’umugore ni nk’igisenge kiva gituma umuntu yomoka+.