2 Samweli 16:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko bashingira ihema Abusalomu ku gisenge+, maze Abusalomu atangura kuryamana n’incoreke za se+ mu maso ya Isirayeli yose+. Imigani 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Imigani ya Salomo+. Umwana w’inkerebutsi ni uwunezereza se+, ariko umwana w’ikijuju ni intuntu ya nyina+. Imigani 17:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Uwo wese avyaye umwana w’ikijuju, bimubera intuntu+; kandi se w’umwana w’imburabwenge ntanezerwa+.
22 Nuko bashingira ihema Abusalomu ku gisenge+, maze Abusalomu atangura kuryamana n’incoreke za se+ mu maso ya Isirayeli yose+.
10 Imigani ya Salomo+. Umwana w’inkerebutsi ni uwunezereza se+, ariko umwana w’ikijuju ni intuntu ya nyina+.
21 Uwo wese avyaye umwana w’ikijuju, bimubera intuntu+; kandi se w’umwana w’imburabwenge ntanezerwa+.