-
2 Samweli 20:3Bibiliya y’isi nshasha
-
-
3 Amaherezo Dawidi aza ku nzu yiwe i Yeruzalemu+. Maze umwami afata ba bagore cumi+, za ncoreke yari yarasize kugira zitwararike inzu, abashira mu nzu yo gucungirwamwo, mugabo aguma abaronsa ibifungurwa. Nuko ntiyaryamana na bo+, mugabo baguma bugaranywe rwose gushika ku musi w’ugupfa kwabo, ari abapfakazi bafise umugabo muzima.
-