Rusi 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Amaso yawe abe ku murima bimbura, kandi ujane na bo. None sinategetse abasore ngo ntibagukoreko+? Niwanyoterwa, uze kugenda ku vyombo maze unywe ku yo nya basore bazoba bavomye+.” 2 Samweli 23:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Haciye igihe, Dawidi aserura icipfuzo gikomeye afise, avuga ati: “Icompa nkanywa ku mazi yo mw’itangi ry’i Betelehemu riri kw’irembo+!” Matayo 10:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Kandi uwo wese ahaye umwe muri aba batoyi igikombe gusa c’amazi akanye yo kunywa kubera ari umwigishwa, ni ukuri ndabibabwiye, ntazobura kuronka impembo yiwe+.”
9 Amaso yawe abe ku murima bimbura, kandi ujane na bo. None sinategetse abasore ngo ntibagukoreko+? Niwanyoterwa, uze kugenda ku vyombo maze unywe ku yo nya basore bazoba bavomye+.”
15 Haciye igihe, Dawidi aserura icipfuzo gikomeye afise, avuga ati: “Icompa nkanywa ku mazi yo mw’itangi ry’i Betelehemu riri kw’irembo+!”
42 Kandi uwo wese ahaye umwe muri aba batoyi igikombe gusa c’amazi akanye yo kunywa kubera ari umwigishwa, ni ukuri ndabibabwiye, ntazobura kuronka impembo yiwe+.”