2 Samweli 13:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Amaherezo Abusalomu avuga ati: “Nutagenda, ndakwinginze ureke Amunoni mwene wacu ajane natwe+.” Umwami aca amubwira ati: “Kubera iki yojana nawe?” Zaburi 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Baguma babwirana ivy’ububeshi+;Baguma bavugisha akanwa gasosa+, n’imitima ibiri+. Zaburi 28:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ntunkwegane n’ababisha be n’abakora ibintu bibabaza+,Abavugana ivy’amahoro na bagenzi babo+ mugabo mu mitima yabo hari ibibi+.
26 Amaherezo Abusalomu avuga ati: “Nutagenda, ndakwinginze ureke Amunoni mwene wacu ajane natwe+.” Umwami aca amubwira ati: “Kubera iki yojana nawe?”
3 Ntunkwegane n’ababisha be n’abakora ibintu bibabaza+,Abavugana ivy’amahoro na bagenzi babo+ mugabo mu mitima yabo hari ibibi+.