Zaburi 55:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Amajambo y’akanwa kiwe aremvye kuruta amasoro+,Mugabo umutima wiwe uguma urondera indwano+.Amajambo yiwe yoroshe kuruta amavuta+,Mugabo ni inkota zisokoye+. Imigani 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ahari uwupfuka urwanko haba iminwa y’ibinyoma+, kandi uwuzana inkuru mbi ni ikijuju+. Imigani 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Umwankanyi yiyoberanisha iminwa yiwe, mugabo imbere muri we ashirayo ubuhendanyi+.
21 Amajambo y’akanwa kiwe aremvye kuruta amasoro+,Mugabo umutima wiwe uguma urondera indwano+.Amajambo yiwe yoroshe kuruta amavuta+,Mugabo ni inkota zisokoye+.