Itanguriro 37:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Hanyuma barungika nya mpuzu ndende y’imirongorongo, bayizanira se, bamubwira bati: “Iki ni co twatoye. Turakwinginze usuzume+ ko yoba ari ya mpuzu ndende y’umuhungu wawe canke ko atari yo+.”
32 Hanyuma barungika nya mpuzu ndende y’imirongorongo, bayizanira se, bamubwira bati: “Iki ni co twatoye. Turakwinginze usuzume+ ko yoba ari ya mpuzu ndende y’umuhungu wawe canke ko atari yo+.”