Yobu 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimuhindukirire iyo ndi mundabe mwumiwe,Mushire ukuboko ku munwa+. Imigani 27:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Uw’ahandi abe ari we agushemeza, ntikabe akanwa kawe; umunyamahanga abe ari we abigira, ntibe iminwa yawe bwite+.
2 Uw’ahandi abe ari we agushemeza, ntikabe akanwa kawe; umunyamahanga abe ari we abigira, ntibe iminwa yawe bwite+.