1 Samweli 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Vyongeye, nyina yaramukorera umwitero mutoya utagira amaboko, akawumuduganira ku mwaka ku mwaka, igihe yaba aduganye n’umugabo wiwe gushikana ikimazi ca buri mwaka+. Ivyakozwe 9:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Petero aca arahaguruka ajana na bo. Hanyuma ashitse, bamudugana muri ca cumba co hejuru; maze abapfakazi bose baza kuri we barira bongera berekana impuzu z’imbere n’impuzu zo hejuru+ Doruka yahora akora akiri kumwe na bo+. Tito 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 babe abaroranye mu muzirikanyi, abatanduye+, abitwararika ibikorwa vyo mu rugo, abameze neza, abayobokera+ abagabo babo bwite, kugira ngo ijambo ry’Imana ntiritukwe+.
19 Vyongeye, nyina yaramukorera umwitero mutoya utagira amaboko, akawumuduganira ku mwaka ku mwaka, igihe yaba aduganye n’umugabo wiwe gushikana ikimazi ca buri mwaka+.
39 Petero aca arahaguruka ajana na bo. Hanyuma ashitse, bamudugana muri ca cumba co hejuru; maze abapfakazi bose baza kuri we barira bongera berekana impuzu z’imbere n’impuzu zo hejuru+ Doruka yahora akora akiri kumwe na bo+.
5 babe abaroranye mu muzirikanyi, abatanduye+, abitwararika ibikorwa vyo mu rugo, abameze neza, abayobokera+ abagabo babo bwite, kugira ngo ijambo ry’Imana ntiritukwe+.