ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Ukwiye kwishiriraho abacamanza+ n’abarongozi+ mu marembo yawe yose Yehova Imana yawe agira aguhe hakurikijwe imiryango yawe, na bo bategerezwa gucira abantu urubanza rugororotse.

  • Rusi 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Bowazi na we aduga kw’irembo+, yicaraho. Maze aza abona wa mucunguzi ararenganye, umwe Bowazi yari yavuze+. Aca avuga ati: “Kevya wicare hano, yewe naka.” Nuko arakevya, aricara.

  • Yobu 29:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Igihe nasohoka kw’irembo iruhande y’igisagara+,

      Ngategura icicaro canje mu kibanza ca bose+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika