Ivyakozwe 9:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Petero aca arahaguruka ajana na bo. Hanyuma ashitse, bamudugana muri ca cumba co hejuru; maze abapfakazi bose baza kuri we barira bongera berekana impuzu z’imbere n’impuzu zo hejuru+ Doruka yahora akora akiri kumwe na bo+.
39 Petero aca arahaguruka ajana na bo. Hanyuma ashitse, bamudugana muri ca cumba co hejuru; maze abapfakazi bose baza kuri we barira bongera berekana impuzu z’imbere n’impuzu zo hejuru+ Doruka yahora akora akiri kumwe na bo+.