Imigani 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Rera umwana wisunze inzira imubereye+; mbere n’igihe azosaza ntazokevya ngo ayivemwo+.