Imigani 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ndafise impanuro+ n’ubukerebutsi ngirakamaro+. Jewe ndafise ugutegera+; ndafise ubushobozi+. Imigani 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Umutima utegera urarondera ubumenyi+, mugabo akanwa k’ibijuju gahahamira ubupfu+. Matayo 13:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Uwabibwe mw’ivu ryiza na we, uwo ni uwumva iryo jambo agategera ico risobanura, akama ivyamwa koko, uyu akama incuro ijana, urya mirongo itandatu, uwundi mirongo itatu+.” Abaheburayo 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo ibifungurwa bigumye ni ivy’abantu bahumuye, abo ububasha bwabo bwo gutegera+ bumenyerezwa gutandukanya iciza n’ikibi+, biciye ku gukoreshwa.
23 Uwabibwe mw’ivu ryiza na we, uwo ni uwumva iryo jambo agategera ico risobanura, akama ivyamwa koko, uyu akama incuro ijana, urya mirongo itandatu, uwundi mirongo itatu+.”
14 Mugabo ibifungurwa bigumye ni ivy’abantu bahumuye, abo ububasha bwabo bwo gutegera+ bumenyerezwa gutandukanya iciza n’ikibi+, biciye ku gukoreshwa.