Imigani 3:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Aho ni ho uzogenda mu mutekano+ mu nzira yawe, mbere n’ikirenge cawe ntikizotsitara ku kintu na kimwe+. Yesaya 40:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 mugabo abizigira+ Yehova bazosubira kugira ububasha+. Bazodugisha amababa nk’inkona+. Bazokwiruka ntibarambirwe; bazogenda ntibaruhe+.” Yohani 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yezu yishura ati: “Mbega ntihari amasaha cumi n’abiri y’umurango? Iyo umuntu agenda ku murango+ ntiyiseka ku kintu, kubera ko abona umuco w’iyi si.
23 Aho ni ho uzogenda mu mutekano+ mu nzira yawe, mbere n’ikirenge cawe ntikizotsitara ku kintu na kimwe+.
31 mugabo abizigira+ Yehova bazosubira kugira ububasha+. Bazodugisha amababa nk’inkona+. Bazokwiruka ntibarambirwe; bazogenda ntibaruhe+.”
9 Yezu yishura ati: “Mbega ntihari amasaha cumi n’abiri y’umurango? Iyo umuntu agenda ku murango+ ntiyiseka ku kintu, kubera ko abona umuco w’iyi si.