Yobu 31:1 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Nagiranye isezerano n’amaso yanje+.None noshobora nte gushinga ijisho umwigeme w’isugi+? Imigani 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mbega wabukubitijeko amaso, kandi ari ubusa+? Kuko butabura kwimerera amababa nk’ay’inkona, bukaguruka bwerekeza mu majuru+.
5 Mbega wabukubitijeko amaso, kandi ari ubusa+? Kuko butabura kwimerera amababa nk’ay’inkona, bukaguruka bwerekeza mu majuru+.