Zaburi 40:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi yarandugije ankura mu cobo kiroha+,Mu rwondo rw’ibishanga vyo mu ndiba+.Maze yadugije ibirenge vyanje ku rutare+;Yashimangiye intambuko zanje+. 2 Abatesalonika 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo Umukama ni umwizigirwa, kandi azobashikamisha yongere abarinde wa mubisha+. 1 Petero 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo, mumaze kubabazwa akanya gatoya+, ya Mana y’ubuntu ata wari abukwiriye bwose, imwe yabahamagarira ubuninahazwa bwayo bw’ibihe bidahera+ mu bumwe+ na Kristu, ubwayo izorangiza ukumenyerezwa kwanyu, ibashikamishe+, ibakomeze+.
2 Kandi yarandugije ankura mu cobo kiroha+,Mu rwondo rw’ibishanga vyo mu ndiba+.Maze yadugije ibirenge vyanje ku rutare+;Yashimangiye intambuko zanje+.
10 Mugabo, mumaze kubabazwa akanya gatoya+, ya Mana y’ubuntu ata wari abukwiriye bwose, imwe yabahamagarira ubuninahazwa bwayo bw’ibihe bidahera+ mu bumwe+ na Kristu, ubwayo izorangiza ukumenyerezwa kwanyu, ibashikamishe+, ibakomeze+.