Imigani 22:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Tega ugutwi wumve amajambo y’abantu b’inkerebutsi+, kugira ngo ushire umutima wawe ku bumenyi bwanje+. Abaheburayo 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Murabe ntimwanke kwumviriza uwuriko aravuga+. Kuko nimba batarusimvye, bamwe banse kwumviriza umwe yavugira kw’isi imburi iva ku Mana+, hari akantu twebwe nitwaha umugongo umwe avugira mw’ijuru+.
17 Tega ugutwi wumve amajambo y’abantu b’inkerebutsi+, kugira ngo ushire umutima wawe ku bumenyi bwanje+.
25 Murabe ntimwanke kwumviriza uwuriko aravuga+. Kuko nimba batarusimvye, bamwe banse kwumviriza umwe yavugira kw’isi imburi iva ku Mana+, hari akantu twebwe nitwaha umugongo umwe avugira mw’ijuru+.