Zaburi 50:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Erega wewe, waranse indero+,Kandi uguma uterera amajambo yanje inyuma yawe+. Zakariya 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo bagumye banka kwumviriza+, baguma bakutsa urutugu n’akagagazo+, biziba amatwi ngo ntibumve+. Yohani 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko uwuza arakora ibintu vy’agahomerabunwa+ yanka umuco, kandi ntaza ku muco, kugira ngo ibikorwa vyiwe ntibikangirwe+.
11 Mugabo bagumye banka kwumviriza+, baguma bakutsa urutugu n’akagagazo+, biziba amatwi ngo ntibumve+.
20 Kuko uwuza arakora ibintu vy’agahomerabunwa+ yanka umuco, kandi ntaza ku muco, kugira ngo ibikorwa vyiwe ntibikangirwe+.