Itanguriro 19:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Na bo bavuga bati: “Igira hariya!” Bongerako bati: “Uyu mugabo w’inyakamwe yaje hano kuhaba ari kavamahanga+, yamara agomba vy’ukuri kwigira umucamanza+. Ubu rero tugiye kukugirira nabi kuruta bo.” Maze basunika cane uwo mugabo+ Loti, kandi bariko begereza kumena umuryango+. Ezekiyeli 33:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ninabwira umubisha nti: ‘Ewe wa mubisha, ntuzobura gupfa+!’, mugabo wewe ntuvuge vy’ukuri kugira uburire nya mubisha ngo ave mu nzira yiwe+, uwo mubisha azopfira mw’ikosa ryiwe+, mugabo amaraso yiwe nzoyishuza mu kuboko kwawe.
9 Na bo bavuga bati: “Igira hariya!” Bongerako bati: “Uyu mugabo w’inyakamwe yaje hano kuhaba ari kavamahanga+, yamara agomba vy’ukuri kwigira umucamanza+. Ubu rero tugiye kukugirira nabi kuruta bo.” Maze basunika cane uwo mugabo+ Loti, kandi bariko begereza kumena umuryango+.
8 Ninabwira umubisha nti: ‘Ewe wa mubisha, ntuzobura gupfa+!’, mugabo wewe ntuvuge vy’ukuri kugira uburire nya mubisha ngo ave mu nzira yiwe+, uwo mubisha azopfira mw’ikosa ryiwe+, mugabo amaraso yiwe nzoyishuza mu kuboko kwawe.