Imigani 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ntukunde itiro, woye kuja mu bworo+. Kanura, uhage umukate+. Imigani 24:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Isinzirire itiro rikeyi, agatiro gakeyi, uzinge amaboko gatoyi wiryamire+, Imigani 26:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ikinebwe kizika ukuboko mu cibo c’inzimano; kirarambirwa cane ku buryo kidashobora kukugarukana ku munwa waco+. Umusiguzi 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ikijuju kizinga amaboko yaco+, kikarya inyama z’umubiri waco+.
15 Ikinebwe kizika ukuboko mu cibo c’inzimano; kirarambirwa cane ku buryo kidashobora kukugarukana ku munwa waco+.