18 Uze uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Baragowe abagore bashona udutambara ku nkokora zose, bagahingura ivyitwikiro ku mutwe w’urugero rwose kugira ngo bahige ubuzima bw’abantu+! Mbe ga mwa bagore mwe, muhiga ubuzima bw’abantu banje, ubwanyu bukaba ari bwo muzigama?