Imigani 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kugira ntuhe abandi iteka ryawe+, canke ngo imyaka yawe uyihe ibisesereza+; Imigani 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 canke ngo ubwirizwe kuniha muri kazoza kawe+ igihe inyama zawe n’umubiri wawe bizoba birangiye+.