Imigani 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Indero ya Yehova ntuyite mwananje+, kandi ntuzinukwe igikangiro ciwe+, Imigani 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Fata indero ugumye+; nturekure+. Yizigame, kuko ari yo buzima bwawe+. Abaheburayo 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muriko mwihangana ku bw’ugutozwa indero+. Imana iriko ibagirira nk’uko igirira abana+. Kuko, ni nde mwana se adatoza indero+?
7 Muriko mwihangana ku bw’ugutozwa indero+. Imana iriko ibagirira nk’uko igirira abana+. Kuko, ni nde mwana se adatoza indero+?