Ivyakozwe 14:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.” Abaheburayo 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ni co gituma ari nkenerwa ko twitwararika ivyo twumvise+ kuruta uko bisanzwe, kugira ntitwigere tugenda akayombekere+. Abaheburayo 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mugabo mwaribagiye buhere kwa guhimiriza kubabwira nk’abana+ ngo: “Mwananje, ntugaye ugutozwa indero kuva kuri Yehova, canke ngo udendebukirwe igihe ukosowe na we+; Abaheburayo 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ego ni ko, nta gutozwa indero kuboneka uwo mwanya ko guteye umunezero, ahubwo kuboneka nk’uguteye intuntu+; yamara mu nyuma, ku bamenyerejwe na kwo, kwama icamwa c’amahoro+, ari co bugororotsi+.
22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.”
2 Ni co gituma ari nkenerwa ko twitwararika ivyo twumvise+ kuruta uko bisanzwe, kugira ntitwigere tugenda akayombekere+.
5 mugabo mwaribagiye buhere kwa guhimiriza kubabwira nk’abana+ ngo: “Mwananje, ntugaye ugutozwa indero kuva kuri Yehova, canke ngo udendebukirwe igihe ukosowe na we+;
11 Ego ni ko, nta gutozwa indero kuboneka uwo mwanya ko guteye umunezero, ahubwo kuboneka nk’uguteye intuntu+; yamara mu nyuma, ku bamenyerejwe na kwo, kwama icamwa c’amahoro+, ari co bugororotsi+.