Imigani 28:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hahiriwe umuntu yumva ubwoba nantaryo+, mugabo uwukomantaza umutima wiwe azogwa mu vyago+. Abaheburayo 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Murabe ntimwanke kwumviriza uwuriko aravuga+. Kuko nimba batarusimvye, bamwe banse kwumviriza umwe yavugira kw’isi imburi iva ku Mana+, hari akantu twebwe nitwaha umugongo umwe avugira mw’ijuru+.
25 Murabe ntimwanke kwumviriza uwuriko aravuga+. Kuko nimba batarusimvye, bamwe banse kwumviriza umwe yavugira kw’isi imburi iva ku Mana+, hari akantu twebwe nitwaha umugongo umwe avugira mw’ijuru+.