Yobu 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ariko amubwira ati: “Na wewe uvuga nk’umwe mu bagore b’imburabwenge+. None twakire ivyiza gusa ku Mana y’ukuri, ntitwakire n’ibibi na vyo+?” Muri ivyo vyose Yobu ntiyacumuye n’iminwa yiwe+.
10 Ariko amubwira ati: “Na wewe uvuga nk’umwe mu bagore b’imburabwenge+. None twakire ivyiza gusa ku Mana y’ukuri, ntitwakire n’ibibi na vyo+?” Muri ivyo vyose Yobu ntiyacumuye n’iminwa yiwe+.