Imigani 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuhe umuntu w’inkerebutsi, na we azorushiriza kuba inkerebutsi+. Nuronse ubumenyi umugororotsi, na we azorushiriza kwiga amenye. Imigani 18:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umutima w’umuntu azi ubwenge wironsa ubumenyi+, kandi ugutwi kw’abantu b’inkerebutsi kurondera ubumenyi+. Matayo 12:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Umuntu mwiza asohora ibintu vyiza mw’itunga ryiza afise+, nayo umuntu mubi asohora ibintu bibi mw’itunga ribi afise+.
9 Nuhe umuntu w’inkerebutsi, na we azorushiriza kuba inkerebutsi+. Nuronse ubumenyi umugororotsi, na we azorushiriza kwiga amenye.
15 Umutima w’umuntu azi ubwenge wironsa ubumenyi+, kandi ugutwi kw’abantu b’inkerebutsi kurondera ubumenyi+.
35 Umuntu mwiza asohora ibintu vyiza mw’itunga ryiza afise+, nayo umuntu mubi asohora ibintu bibi mw’itunga ribi afise+.