Imigani 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hari uwuvuga atiyumviriye nk’aho avuganye ugusogota kw’inkota+, mugabo ururimi rw’abantu b’inkerebutsi ruravūra+. Imigani 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Iminwa y’ubugororotsi irahimbara umwami ahambaye+; kandi akunda uwuvuga ibigororotse+. Matayo 12:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Umuntu mwiza asohora ibintu vyiza mw’itunga ryiza afise+, nayo umuntu mubi asohora ibintu bibi mw’itunga ribi afise+.
18 Hari uwuvuga atiyumviriye nk’aho avuganye ugusogota kw’inkota+, mugabo ururimi rw’abantu b’inkerebutsi ruravūra+.
35 Umuntu mwiza asohora ibintu vyiza mw’itunga ryiza afise+, nayo umuntu mubi asohora ibintu bibi mw’itunga ribi afise+.