Imigani 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abatwengera mw’ijigo ukwagirwa n’ikosa ni ibipfu+, mugabo mu bagororotse hari ukwumvikana+. Imigani 26:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 ni ko amera, umuntu ahenze mugenziwe maze akavuga ngo: “None sinariko ndifyinira+?”