ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 10:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ku kijuju, gukora ivy’ubushirasoni* ni nk’ibikino+, ariko ubukerebutsi ni ubw’umuntu afise ugutahura+.

  • Imigani 30:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ng’iyi inzira y’umugore w’umurengabigo: yarariye arihanagura umunwa, avuga ngo: “Nta kibi nakoze+.”

  • Yeremiya 6:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Boba baramaramajwe n’uko bakoze ikintu giteye ishishi+? Kimwe coco, ntibamaramara; vyongeye, ntibigeze bamenya no guteterwa ico ari co+. Ku bw’ivyo, bazogwa mu bagwa+; bazotsitara ninagira ico ndababaza,” ni ko Yehova avuze.

  • Yuda 18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 ingene bahora bababwira bati: “Mu gihe ca nyuma hazoba abashinyaguzi, bagenda bisunga ivyipfuzo vyabo bwite vyo guhahamira ibintu vy’ukutibanga Imana+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika