Imigani 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ubunyazi bw’ababisha buzobaburuta+, kuko banse gushitsa ubutungane+. Imigani 28:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Uwugenda ata mahinyu azokizwa+, mugabo uwuhetaraye mu nzira ziwe azogwa bukwi na bukwi+. Yesaya 1:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ugusenyuka kw’abagarariji n’ukw’abacumuzi bizobera icarimwe+, kandi abaheba Yehova bazoyogera+.