ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 26:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri imbere y’amaso yanje,

      Kandi nagendeye mu kuri kwawe+.

  • Imigani 10:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Amatunga y’ababisha nta co azomara+, ariko ubugororotsi ni bwo buzorokora umuntu mu rupfu+.

  • Imigani 13:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ubugororotsi buzigama umuntu ata nabi akora mu nzira yiwe+, mugabo ububisha ni bwo butembagaza umucumuzi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika