ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 15:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Kandi Miriyamu yaguma yitabira+ abagabo ati:

      “Ririmbira Yehova+, kuko ashizwe hejuru cane+.

      Ifarasi n’uwuyigendesha yajugunyiye mu kiyaga+.”

  • Abacamanza 5:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Abansi bawe bose nibayogere gutyo+, ewe Yehova,

      Abagukunda+ na bo babe nk’igihe izuba riseruka mu bushobozi bwaryo+.”

      Nuko igihugu kimara imyaka mirongo ine kitongeye guhungabana+.

  • Esiteri 9:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 bisunze imisi Abayuda bari baruhutse abansi babo+ be n’ukwezi aho ibintu vyahindutse kuri bo bakava mu ntuntu bakaja mu munezero, bakava mu kugandara+ bakaja mu musi mwiza, kugira ngo bayihimbaze nk’imisi yo kwihereza inzimano n’iyo kunezerwa n’iyo kurungikiranira ingemu+ n’iyo kurungikira ingabirano aboro+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika