ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 15:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ntuze ubure kumuha+, kandi umutima wawe ntukwiye kuba ingumyi mu kumuha, kuko ivyo bizotuma Yehova Imana yawe aguhezagira mu gikorwa cawe cose no mu migambi yawe yose+.

  • Zaburi 112:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Yaratanze cane; yarahaye aboro+.

      צ [Tsade]

      Ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe bidahera+.

      ק [Kofu]

      Ihembe ryiwe rizoshirwa hejuru mu buninahazwa+.

  • Imigani 19:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Uwugirira ubutoni umuntu mutoyi aba aguranye Yehova+, kandi ivyo akoze azobimwishura+.

  • Umusiguzi 11:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Terera umukate+ wawe ku buringanire bw’amazi+, kuko inyuma y’imisi myinshi uzokwongera kuwuronka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika