Zaburi 37:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi hasigaye akanya gatoyi, umubisha ntabe akiriho+;Kandi uzokwitegereza koko aho yahora, umubure+. Zaburi 37:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Ariko abagabitanya bazozimanganirizwa icarimwe ata kabuza+;Kazoza k’ababisha kazorandurwa koko+.
10 Kandi hasigaye akanya gatoyi, umubisha ntabe akiriho+;Kandi uzokwitegereza koko aho yahora, umubure+.