Abanyefeso 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 ngo Kristu acumbike mu mitima yanyu biciye ku kwizera kwanyu, mu rukundo+; ngo mube abashinze imizi+ kandi bahamangiwe ku mushinge+, Abakolosayi 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 mushinze imizi+ kandi mwubatswe+ muri we kandi mutanyiganyiga mu kwizera+, nk’uko nyene mwigishijwe, musesekara ukwizera mu gukenguruka+.
17 ngo Kristu acumbike mu mitima yanyu biciye ku kwizera kwanyu, mu rukundo+; ngo mube abashinze imizi+ kandi bahamangiwe ku mushinge+,
7 mushinze imizi+ kandi mwubatswe+ muri we kandi mutanyiganyiga mu kwizera+, nk’uko nyene mwigishijwe, musesekara ukwizera mu gukenguruka+.