Abanyefeso 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 kandi mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu mukama mukenguruka+ ku bw’ibintu vyose, mubikengurukira Imana yacu ikaba na Data. 1 Abatesalonika 5:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mukenguruke muri vyose+. Kuko ukwo ari kwo kugomba kw’Imana mu bumwe na Kristu Yezu ku biberekeye.
20 kandi mw’izina ry’Umukama wacu Yezu Kristu mukama mukenguruka+ ku bw’ibintu vyose, mubikengurukira Imana yacu ikaba na Data.
18 Mukenguruke muri vyose+. Kuko ukwo ari kwo kugomba kw’Imana mu bumwe na Kristu Yezu ku biberekeye.